News


16 Jan

Les recommandations du Comité des droits de l’homme des Nations Unies à l’endroit du Burundi traduites en Kirundi.

Komite y’uburenganzira bwa muntu.

Umwihwezo ku vyiyumviro vya nyuma bijanye n’icegeranyo
ca gatatu c’ibihe bimwe bimwe igihugu c’Uburundi
cabayemwo.

Komite yarasuzumye icegeranyo ca gatatu c’Uburundi mu nama yayo ya 40032, igenekerezo rya 3 Mukakaro 2023. Mu nama yayo ya 4029, igenekerezo rya 20 Mukakaro 2023, yaremeje umwihwezo ku vyiyumviro vya nyuma bikurikira.

Le recommandations du comité des droits de l’homme des NU traduites en Kirundi